Ibiti n'ibirandaranda vyo mu bigabiro vy'abaganuza b"i nkoma akamaro kavyo n'imigenzo bijanye/
Item type | Current location | Call number | Copy number | Status | Date due | Barcode |
---|---|---|---|---|---|---|
![]() |
Bibliothèque Centrale | R.581.526.43 NGE. (Browse shelf) | 1 | Not For Loan | 5010000711887 | |
![]() |
Bibliothèque Centrale | R.581.526.43 NGE. (Browse shelf) | 2 | Not For Loan | 5010000711894 |
Browsing Bibliothèque Centrale shelves Close shelf browser
Mémoire présenté et défendu publiquement en vue de l'obtention du grade de Licencié en Langues et Littératures Africaines.
RÉSUME,
Itohoza ryagizwe mu bigabiro vya Mirehe na Muganza muri komine Mpinga-Kayove, intara ya Rutana. Iki gikorwa cerekeye ibiti n'ibirandaranda vyo mu bigabiro vyabaganuza b'i Nkima: Akamaro kavyo n'imigenzo bija,ye; kikaba kigizwe n'ibigabane bine.
Ikigabane ca mbere cerekana imvo n'imvano y'ivyo bigabiro bibiri, Ivyo bigabiro vyoba vyatewe n'umwami wa mbere w'uburundi igihe yaca i Nkoma aje ava i Buha.
Ikigabane ca kabiri kigizwe n'itohoza ry'ibiti n'ibirirandaranda biri muri ivyo bigabiro bibiri.
Ikigabiro ca Mirehe ni co kirimwo ubwoko bwinshi bw'ibiti n'ibirandaranda gusomba ica Muganza, kanatsinda ni naco ari kinini.
Mu kigabane ca gatatu tuvuga akamaro ka kimwekimwe cose mu biti n'ibirandaranda twasanze muri ivyo bigabiro. Ahanini twasdanze vyinshi ari imiti ivura indwara z'abantu zitari nkén mu mihango myinshi ijanye n'ukwemera kw'Abarundi.
Ikigabane ca kane arico canyuma kivura imico n'imigenzo imwimwe y'Abarundi ijanye n'ivyo biti vyo mu bigabiro.
Twasozereye iki gikorwa cacu dutera akamo Reta y'Uburundi n'abanyagihugu bahegereye gukingira ivyo bigabiro ngo ntibigende akagirire, ahubwo babigarukire bongere babiteze imbere bibe n'ibibanza ndangakaranga bigenderwa n'ingenzi bikongera bikinjiza n'amafaranga mu gihugu no muri ako karere ka Nkoma.
There are no comments on this title.