Ukwimuka kw'abantu n'uguhinduka kw'imico n'imigenzo mu Ntara kama y'Imbo ya Ruguru itohoza ryabereye kumusozi wa Myave, Komine Bukinanyana mu ntara ya Cibitoke
Item type | Current location | Call number | Copy number | Status | Date due | Barcode |
---|---|---|---|---|---|---|
![]() |
Bibliothèque Centrale | R.321.11 KAY.2018 (Browse shelf) | 1 | Not For Loan | 5010000591212 |
Browsing Bibliothèque Centrale shelves Close shelf browser
Mémoire présenté et défendu publiquement en vue de l'obtention du grade de Licencié en Langues et Littératures Africaines,
Option: Anthropologie
Incamake y'igitabo
Umusozi wa myave ni umwe mu misozi mirongo itatu igize komine Bukinanyana yo mu ntara ya cibitoke.Uri mu Ntara kama y'imbo .Haba abantu bahegerereye kuva kera na rindi,bitwa abaho.Abandi bahagerereye mu nyuma bitwa Abarundi b'Imbo.
Kuri uwo musozi wa myave haba imiryango myinshi.Hari abahinda ari bo bahagwiriye cane kandi ari na bo bahagerereye ubwambere .Hari n'abandi bavuye mu Buyenzi ni nk'abazigaba ,abavumu,abahiza,abaguba n'abandi.Abandi nabo baje bava mu Mugamba ni nk'Abagaranzura,Abaragu,Abahiza n'abandi.Abandi bavuye mu Rwanda ni Abasinga.Abandi na bo muri Kongo nk'abafurero.Abaje ubwanyuma bose tubita Abarundi b'imbo kandi bose bari muri mu bwoko bw'abantu.
Ku vyerekeye imico imico n'imigenzo,abobo n'abandi b'imbo bari bafise imico idasa Nk'akarorero imyambaro y'ababo yari itandukanye n'iy'abarundi b'Imbo.Ariko nabo batari bahuje imico n'imigenzo yabo,iba imwe.Imvugo yonyene niyo yasigaye ibatandukanya :ababo bakavuga ikibo,abarundi b'Imbo nabo bakavuga ikirundi ca ruguru.
Mu gusozera turabona ko iki gikorwa kiterekana vyose.Abandi batohoji bodukorera mu ngata bagatohoza ivyo tutashitseko nkibi:Umuryango umwumwe ukwawo,kwiga imiryango yagerereye imbo muri rusangi,gutohoza imico n'imigenzo mvamakungu y'injiranyemwo n'iy'abarundi muri rusangi,gutohoza imico n'imigenzo mvamakungu yinjiranyemwo niy'Abarundi muri rusangi,gutohoza y'imihingo yose hamwe n'imico n'imigenzo y'imbo muri rusangi.
There are no comments on this title.